Yeremiya 43:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nzodomeka umuriro mu mazu y’imana za Misiri+; kandi Nebukadirezari azoyaturira koko maze azitware ari inyagano, yizingireko igihugu ca Misiri, nk’uko umwungere yizingirako impuzu yiwe+, kandi azovayo koko amahoro. Ezekiyeli 30:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 ‘Bazotegerezwa kandi kugirwa umusaka hagati mu bihugu vyacitse umusaka, ibisagara vyaho na vyo bibe neza na neza hagati y’ibisagara vyatikijwe+.
12 Nzodomeka umuriro mu mazu y’imana za Misiri+; kandi Nebukadirezari azoyaturira koko maze azitware ari inyagano, yizingireko igihugu ca Misiri, nk’uko umwungere yizingirako impuzu yiwe+, kandi azovayo koko amahoro.
7 ‘Bazotegerezwa kandi kugirwa umusaka hagati mu bihugu vyacitse umusaka, ibisagara vyaho na vyo bibe neza na neza hagati y’ibisagara vyatikijwe+.