ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 51:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Ewe Yehova, ese woteranura iyi minwa yanje+,

      Kugira ngo akanwa kanje kamenyeshe ishemezo ryawe+.

  • Ezekiyeli 3:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Ariko ninavugana nawe, nzoteranura akanwa kawe, ubabwire uti+: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze.’ Uwumva niyumve+, uwanka na we yanke, kuko abo ari inzu y’ingarariji+.

  • Ezekiyeli 24:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Kuri uwo musi akanwa kawe kazoteranurirwa uwo yacitse kw’icumu+, uvuge, ntusubire kuba ikiragi+; uzobabera koko imburizi+, kandi bazobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova+.”

  • Luka 21:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 kuko nzobaha akanwa n’ubukerebutsi ababarwanya bose hamwe batazoshobora kurwanya canke guhaririza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika