Abalewi 26:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Nayo abasigaye muri mwebwe, bazobora+ kubera ikosa ryabo mu bihugu vy’abansi banyu. Egome, mbere kubera amakosa ya ba se+, bazoborana na bo. Ezekiyeli 24:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ibitambara vyanyu vyo mu mutwe bizoba ku mitwe yanyu, inkweto zanyu na zo zibe ku birenge vyanyu. Ntimuzokwikubitagura canke ngo murire+; muzobwirizwa kuborera mu makosa yanyu+, kandi ntimuzobura kuniha, umwe wese anihira uwundi+.
39 Nayo abasigaye muri mwebwe, bazobora+ kubera ikosa ryabo mu bihugu vy’abansi banyu. Egome, mbere kubera amakosa ya ba se+, bazoborana na bo.
23 Ibitambara vyanyu vyo mu mutwe bizoba ku mitwe yanyu, inkweto zanyu na zo zibe ku birenge vyanyu. Ntimuzokwikubitagura canke ngo murire+; muzobwirizwa kuborera mu makosa yanyu+, kandi ntimuzobura kuniha, umwe wese anihira uwundi+.