Zaburi 72:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mu misi yiwe umugororotsi azonaga+,Kandi hazobaho amahoro menshi gushika ukwezi kutakiriho+. Yesaya 11:1 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kandi agashami+ kazoshamika ata kabuza ku gishitsi ca Yese+; kandi mu mizi yiwe hazova umunago+ urondoka+.
11 Kandi agashami+ kazoshamika ata kabuza ku gishitsi ca Yese+; kandi mu mizi yiwe hazova umunago+ urondoka+.