ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 83:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  4 Bavuze ngo: “Ingo tubazimanganye bareke kuba ihanga+,

      Kugira ngo izina rya Isirayeli ntiryongere kwibukwa+.”

  • Ezekiyeli 36:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Ni ukuri, nzovugana umwete wanje ururumba umuriro+ mu kwagiriza amasigarira y’amahanga be na Edomu, yose uko ingana+, abihaye igihugu canje ngo kibegukire, bakabigira bari n’umunezero mu mutima wose+, bari n’akagaye mu mutima+, kubera itongo ryaho ry’uburagiriro no kubera isahu+.’”’

  • Obadiya 13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Ntiwari ukwiye kwinjira mw’irembo ry’abantu banje ku musi w’icago cabo+. Egome, wewe ntiwari ukwiye kwihweza amakuba yiwe ku musi w’icago ciwe; kandi ntiwari ukwiye gutuma ukuboko kwawe ku butunzi bwiwe ku musi w’icago ciwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika