Yeremiya 49:1 Bibiliya y’isi nshasha 49 Ku vya bene Amoni+, ibi ni vyo Yehova avuze: “Mbega Isirayeli nta bahungu afise, canke nta samuragwa afise? Kubera iki Malikamu+ yigaruriye Gadi+, abantu bayo na bo bakaba mu bisagara vya Isirayeli+?” Ezekiyeli 35:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “Ko uvuga ngo: ‘Aya mahanga abiri be n’ibi bihugu bibiri bizoba rwanje, kandi ntituzobura kwigarurira igihugu kimwekimwe cose+,’ kandi Yehova ubwiwe akaba yari ng’aho+,
49 Ku vya bene Amoni+, ibi ni vyo Yehova avuze: “Mbega Isirayeli nta bahungu afise, canke nta samuragwa afise? Kubera iki Malikamu+ yigaruriye Gadi+, abantu bayo na bo bakaba mu bisagara vya Isirayeli+?”
10 “Ko uvuga ngo: ‘Aya mahanga abiri be n’ibi bihugu bibiri bizoba rwanje, kandi ntituzobura kwigarurira igihugu kimwekimwe cose+,’ kandi Yehova ubwiwe akaba yari ng’aho+,