Zaburi 48:1 Bibiliya y’isi nshasha 48 Yehova arahambaye kandi ni uwo gushemezwa cane+Mu gisagara c’Imana yacu+, ku musozi wayo mweranda+. Ezekiyeli 48:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 “Kuhakikuza azoba amatambwe ibihumbi cumi n’umunani; kandi izina ry’ico gisagara kuva uwo musi rizoba: Yehova ubwiwe ari ng’aho*+.” Zefaniya 3:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Yehova yagukuyeko imanza yari yaguciriye+. Yigije kure umwansi wawe+. Wa mwami wa Isirayeli, Yehova, ari hagati muri wewe+. Ntuzokwongera gutinya ivyago+.
48 Yehova arahambaye kandi ni uwo gushemezwa cane+Mu gisagara c’Imana yacu+, ku musozi wayo mweranda+.
35 “Kuhakikuza azoba amatambwe ibihumbi cumi n’umunani; kandi izina ry’ico gisagara kuva uwo musi rizoba: Yehova ubwiwe ari ng’aho*+.”
15 Yehova yagukuyeko imanza yari yaguciriye+. Yigije kure umwansi wawe+. Wa mwami wa Isirayeli, Yehova, ari hagati muri wewe+. Ntuzokwongera gutinya ivyago+.