Zefaniya 3:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko ico gihe nzohindura ururimi rw’ibisata vy’abantu rube ururimi rutyoroye+, kugira ngo bose bambaze izina rya Yehova+, kugira ngo bamukorere bahuje inama*+.’
9 Kuko ico gihe nzohindura ururimi rw’ibisata vy’abantu rube ururimi rutyoroye+, kugira ngo bose bambaze izina rya Yehova+, kugira ngo bamukorere bahuje inama*+.’