ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 19:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Kuri uwo musi hazoba ibisagara bitanu mu gihugu ca Misiri+ bivuga ururimi rw’i Kanani+ kandi birahira+ Yehova nyen’ingabo. Igisagara kimwe kizokwitwa Igisagara c’Isenyura.

  • Abanyefeso 4:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Ku bw’ivyo, ubu ko mwiyambuye ibinyoma+, umwe wese muri mwebwe navugane ukuri na mugenziwe+, kuko turi ibihimba vya bagenzi bacu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika