Yesaya 54:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Naguhevye buhere akanya gatoyi+, mugabo nzokwegeraniriza hamwe mbigiranye imbabazi nyinshi+. Ezekiyeli 37:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ndabashirako imitsi, ndabazaneko inyama, ndabomekeko urukoba, ndabashiremwo impemu, kandi muzoba bazima ata kabuza+; kandi muzomenya yuko jewe ndi Yehova+.”’” Hagayi 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “‘Ubuninahazwa bw’iyi nzu yo mu nyuma buzoruta ubw’iya mbere+,’ ni ko Yehova nyen’ingabo avuze. “‘Kandi nzotanga amahoro aha hantu+,’ ni ko Yehova nyen’ingabo avuze.”
6 Ndabashirako imitsi, ndabazaneko inyama, ndabomekeko urukoba, ndabashiremwo impemu, kandi muzoba bazima ata kabuza+; kandi muzomenya yuko jewe ndi Yehova+.”’”
9 “‘Ubuninahazwa bw’iyi nzu yo mu nyuma buzoruta ubw’iya mbere+,’ ni ko Yehova nyen’ingabo avuze. “‘Kandi nzotanga amahoro aha hantu+,’ ni ko Yehova nyen’ingabo avuze.”