Yesaya 52:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “None ubu, ni inyungu nki mfise ng’aha?” ni ko Yehova avuze. “Kuko abantu banje bajanywe kuri gusa+. Ababaganza bagumye baboroga+,” ni ko Yehova avuze, “kandi izina ryanje ryagumye rigawa burinda bwira+. Abaroma 2:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Kuko “izina ry’Imana ririko rirogotwako mu mahanga kubera mwebwe+”; ni nk’uko vyanditswe.
5 “None ubu, ni inyungu nki mfise ng’aha?” ni ko Yehova avuze. “Kuko abantu banje bajanywe kuri gusa+. Ababaganza bagumye baboroga+,” ni ko Yehova avuze, “kandi izina ryanje ryagumye rigawa burinda bwira+.