Matayo 1:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Azovyara umwana w’umuhungu, kandi uze umwite Yezu+, kuko azokiza+ abantu biwe+ ibicumuro vyabo+.” Abaroma 11:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 kandi muri ubwo buryo Isirayeli+ yose izokizwa. Nk’uko vyanditswe ngo: “Umurokozi azova i Siyoni+ akure kuri Yakobo imigenzo yo kutibanga Imana+.
26 kandi muri ubwo buryo Isirayeli+ yose izokizwa. Nk’uko vyanditswe ngo: “Umurokozi azova i Siyoni+ akure kuri Yakobo imigenzo yo kutibanga Imana+.