Zaburi 33:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ngo abarokore abakize urupfu+,No kugira ngo abazigamire ubuzima mu kigoyi+. Ezekiyeli 34:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 “‘“Kandi nzozihagurukiriza umurima wa rurangiranwa+, kandi ntizizokwongera guhitanwa n’ikigoyi mu gihugu+, kandi ntizizokwongera kwikorera agateterwe gaterwa n’amahanga+.
29 “‘“Kandi nzozihagurukiriza umurima wa rurangiranwa+, kandi ntizizokwongera guhitanwa n’ikigoyi mu gihugu+, kandi ntizizokwongera kwikorera agateterwe gaterwa n’amahanga+.