Gusubira mu vyagezwe 32:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Ubu rero nimubone ko jewe ubwanje ndi we+Kandi nta zindi mana turi kumwe+.Ndica, nkabeshaho+.Narakomerekeje cane+, kandi ni jewe nzokiza+,Kandi nta wushikura mu kuboko kwanje+. 1 Samweli 2:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Yehova ni Uwica akaba n’Uwuzigama ubuzima+,Uwumanura mu kuzimu*+ akaba n’Uwukurayo+. Abaroma 4:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 nk’uko vyanditswe ngo: “Ngushizeho ngo ube se w’amahanga menshi+.”) Ivyo vyabereye imbere y’Uwo yari yizeye, ari we Mana, imwe igira bazima abapfuye+ kandi igahamagara ibitariho nk’aho vyoba biriho+. 2 Abakorinto 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nkako, twiyumvisemwo ko twari twaciriwe urubanza rwo gupfa. Ivyo kwari ukugira ngo ntitwiyizigire ubwacu+, ahubwo twizigire ya Mana izura abapfuye+.
39 Ubu rero nimubone ko jewe ubwanje ndi we+Kandi nta zindi mana turi kumwe+.Ndica, nkabeshaho+.Narakomerekeje cane+, kandi ni jewe nzokiza+,Kandi nta wushikura mu kuboko kwanje+.
17 nk’uko vyanditswe ngo: “Ngushizeho ngo ube se w’amahanga menshi+.”) Ivyo vyabereye imbere y’Uwo yari yizeye, ari we Mana, imwe igira bazima abapfuye+ kandi igahamagara ibitariho nk’aho vyoba biriho+.
9 Nkako, twiyumvisemwo ko twari twaciriwe urubanza rwo gupfa. Ivyo kwari ukugira ngo ntitwiyizigire ubwacu+, ahubwo twizigire ya Mana izura abapfuye+.