Ezekiyeli 34:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Kandi jewe Yehova nzoba Imana yazo+, umusavyi wanje Dawidi na we abe umukuru wazo hagati muri zo+. Jewe Yehova, ndavuze. Luka 1:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Uyo azoba mukuru+ kandi azokwitwa Umwana wa Musumbavyose+; kandi Yehova Imana azomuha intebe y’ubwami+ ya Dawidi se wiwe+, Yohani 12:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Isinzi rero rimwishura riti: “Twumvise mw’Itegeko yuko Kristu agumaho ibihe vyose+; none uvuga gute yuko Umwana w’umuntu ategerezwa kuduzwa+? Uwo Mwana w’umuntu ni nde+?”
24 Kandi jewe Yehova nzoba Imana yazo+, umusavyi wanje Dawidi na we abe umukuru wazo hagati muri zo+. Jewe Yehova, ndavuze.
32 Uyo azoba mukuru+ kandi azokwitwa Umwana wa Musumbavyose+; kandi Yehova Imana azomuha intebe y’ubwami+ ya Dawidi se wiwe+,
34 Isinzi rero rimwishura riti: “Twumvise mw’Itegeko yuko Kristu agumaho ibihe vyose+; none uvuga gute yuko Umwana w’umuntu ategerezwa kuduzwa+? Uwo Mwana w’umuntu ni nde+?”