Yesaya 55:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nimutege ugutwi+, muze kuri jewe+. Nimwumvirize, mubandanye kubaho+, nanje, n’umutima ukunze, nzogirana namwe isezerano ryamaho igihe kitagira urugero+ ku bijanye n’ubuntu bwuzuye urukundo bwagiriwe Dawidi bwo kwizigirwa+. Yeremiya 32:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Nzogirana na bo isezerano ryamaho gushika igihe kitagira urugero+, yuko ntazohindukira ngo mve inyuma yabo, kugira ngo ndabagirire iciza+; kandi nzoshira mu mutima wabo ukuntinya kugira ngo ntibakevye ngo bamveko+.
3 Nimutege ugutwi+, muze kuri jewe+. Nimwumvirize, mubandanye kubaho+, nanje, n’umutima ukunze, nzogirana namwe isezerano ryamaho igihe kitagira urugero+ ku bijanye n’ubuntu bwuzuye urukundo bwagiriwe Dawidi bwo kwizigirwa+.
40 Nzogirana na bo isezerano ryamaho gushika igihe kitagira urugero+, yuko ntazohindukira ngo mve inyuma yabo, kugira ngo ndabagirire iciza+; kandi nzoshira mu mutima wabo ukuntinya kugira ngo ntibakevye ngo bamveko+.