Ezekiyeli 38:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ntuzobura kuza uvuye ahantu hawe, uvuye mu mihingo y’uburaruko iri kure kuruta iyindi+, wewe n’ibisata vyinshi biri kumwe nawe, bose bagendera ku mafarasi, ishengero ryinshi, emwe, inteko za gisirikare nyinshi+. Ezekiyeli 39:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “‘Nzorungika umuriro kuri Magogi+ no ku bantu bibera mu mazinga mu mutekano+; kandi bazobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova.
15 Ntuzobura kuza uvuye ahantu hawe, uvuye mu mihingo y’uburaruko iri kure kuruta iyindi+, wewe n’ibisata vyinshi biri kumwe nawe, bose bagendera ku mafarasi, ishengero ryinshi, emwe, inteko za gisirikare nyinshi+.
6 “‘Nzorungika umuriro kuri Magogi+ no ku bantu bibera mu mazinga mu mutekano+; kandi bazobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova.