ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 34:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Kuko umuntu yakuwe mw’ivu izomuhemba+ nk’uko akora,

      Kandi uko umunyuro w’umuntu umeze, ni na ko izotuma umugarukako.

  • Yesaya 14:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Kandi ibisata vy’abantu bizobatora bibazane ahantu habo, kandi inzu ya Isirayeli izobijanira bwa kintu bigabira ku butaka bwa Yehova, ari abasuku n’abasukukazi+; bazogira imbohe+ abari babagize imbohe, kandi bazoganza abahora babahindagiza ku bikorwa+.

  • Matayo 7:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 kuko urubanza muca ari rwo namwe muzocirwa+; kandi ingero mugeresha ni yo namwe bazobagererako+.

  • Ivyahishuwe 18:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Mumwishure nk’uko na we yishuye+, kandi mumugerere kabiri, egome, kabiri igitigiri c’ivyo yakoze+; mu gikombe+ yashizemwo ikivange mumushiriremwo kabiri+ nya kivange+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika