Ezekiyeli 39:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kandi abarengana bazoca mu gihugu, hanyuma hagize uwubona vy’ukuri igufa ry’umuntu azoca yubaka ikimenyetso iruhande yaryo, gushika abahamba barihamvye mu Mubande w’Isinzi rya Gogi+.
15 Kandi abarengana bazoca mu gihugu, hanyuma hagize uwubona vy’ukuri igufa ry’umuntu azoca yubaka ikimenyetso iruhande yaryo, gushika abahamba barihamvye mu Mubande w’Isinzi rya Gogi+.