ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 34:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Yehova arafise inkota; itegerezwa kwuzuzwa amaraso+; itegerezwa gukíma kubera ikinure, kubera amaraso y’impfizi z’intama z’imikangara n’amasuguru y’impene, kubera ikinure+ c’amafyigo y’impfizi z’intama. Kuko Yehova afise ikimazi i Bozira, n’ikeragura rikomeye mu gihugu ca Edomu+.

  • Yeremiya 46:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 “Uwo musi ni uw’Umukama Segaba, Yehova nyen’ingabo, umusi w’ukwihora kugira ngo yihore abarwanizi biwe+. Inkota izorotsa ata kabuza, ihage, inywe amaraso yabo ihimbe, kuko Umukama Segaba+, Yehova nyen’ingabo, afise ikimazi+ mu gihugu co mu buraruko iruhande y’uruzi Efurate+.

  • Ezekiyeli 32:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Ni ukuri, nzoguhebera i musozi. Nzogushiburira ku gahinga+. Kandi nzotuma ibiremwa biguruka vyo mu kirere vyibera kuri wewe, ntume ibikoko vyo kw’isi yose bikurya bihage+.

  • Ivyahishuwe 19:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Mbona kandi umumarayika ahagaze mu zuba, asemerera n’ijwi rirenga, abwira inyoni+ zose ziguruka hagati mu kirere ati: “Nimuze hano, mukoranire hamwe ku mfungurwa nyinshi zo ku mugoroba z’Imana,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika