Abalewi 26:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kandi ikubita ryanyu rizoshika kw’isarura ryanyu ry’inzabibu, n’isarura ry’inzabibu rishike kw’ibiba ry’imbuto. Emwe, muzorya umukate wanyu muhage+, mwibere mu mutekano mu gihugu canyu+.
5 Kandi ikubita ryanyu rizoshika kw’isarura ryanyu ry’inzabibu, n’isarura ry’inzabibu rishike kw’ibiba ry’imbuto. Emwe, muzorya umukate wanyu muhage+, mwibere mu mutekano mu gihugu canyu+.