ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 45:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Nayo Isirayeli, azokizwa koko mu bumwe na Yehova+, akirishwe ubukiriro ku bw’ibihe bitagira urugero+. Mwebwe ntimuzomaramara+, eka ntimuzoteterwa+ ibihe bitagira urugero, ibihe bidahera.

  • Yesaya 54:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Naguhishije mu maso hanje akanya gatoyi gusa mbigiranye isegenya ry’uburakari+, mugabo nzokugirira imbabazi mbigiranye ubuntu bwuzuye urukundo gushika igihe kitagira urugero+,” ni ko Umucunguzi+ wawe, Yehova, avuze.

  • Yeremiya 29:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Nanje nzoreka mundonke+,’ ni ko Yehova avuze. ‘Nzokwegeranya umugwi w’imbohe wanyu, ndabakoranirize hamwe ndabakuye mu mahanga yose n’ahantu hose nabashwiragirije+,’ ni ko Yehova avuze. ‘Kandi nzobagarukana ahantu nabakuye nkabajana mu bunyagano+.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika