Zaburi 25:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kandi, nta n’umwe mu bakwizigira azomaramara+.Bazomaramara abahemuka ntibaroranirwe+. Yesaya 29:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ibi rero ni vyo Yehova abwiye inzu ya Yakobo, umwe yacungura Aburahamu+: “Yakobo ubu ntazomaramara, eka no mu maso hiwe ubu ntihazobenjuka+; Yoweli 2:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Emwe, muzorya, murye muhage+, kandi ntimuzobura gushemeza izina rya Yehova Imana yanyu+ yabakoreye ibintu vy’agatangaza gutyo+; kandi abantu banje ntaho bazomaramara, gushika igihe kitagira urugero+.
22 Ibi rero ni vyo Yehova abwiye inzu ya Yakobo, umwe yacungura Aburahamu+: “Yakobo ubu ntazomaramara, eka no mu maso hiwe ubu ntihazobenjuka+;
26 Emwe, muzorya, murye muhage+, kandi ntimuzobura gushemeza izina rya Yehova Imana yanyu+ yabakoreye ibintu vy’agatangaza gutyo+; kandi abantu banje ntaho bazomaramara, gushika igihe kitagira urugero+.