Zaburi 13:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nzoririmbira Yehova, kuko yangiriye neza+. Zaburi 72:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Hahezagirwe Yehova Imana, ya Mana ya Isirayeli+,We wenyene akora ibikorwa vy’agatangaza+. Yesaya 25:1 Bibiliya y’isi nshasha 25 Ewe Yehova, uri Imana yanje+. Ndagushira hejuru+, ndahaya izina ryawe+, kuko wakoze ibintu vy’agatangaza+, impanuro+ zo kuva mu bihe vya kera, mu bwizigirwa+, mu bwizerwa+.
6 Nzoririmbira Yehova, kuko yangiriye neza+. Zaburi 72:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Hahezagirwe Yehova Imana, ya Mana ya Isirayeli+,We wenyene akora ibikorwa vy’agatangaza+. Yesaya 25:1 Bibiliya y’isi nshasha 25 Ewe Yehova, uri Imana yanje+. Ndagushira hejuru+, ndahaya izina ryawe+, kuko wakoze ibintu vy’agatangaza+, impanuro+ zo kuva mu bihe vya kera, mu bwizigirwa+, mu bwizerwa+.
25 Ewe Yehova, uri Imana yanje+. Ndagushira hejuru+, ndahaya izina ryawe+, kuko wakoze ibintu vy’agatangaza+, impanuro+ zo kuva mu bihe vya kera, mu bwizigirwa+, mu bwizerwa+.