ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 7:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Nzohaya Yehova nk’uko ubugororotsi bwiwe buri+,

      Mpibongoreze izina+ rya Yehova Musumbavyose+.

  • Zaburi 99:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  5 Nimushire hejuru Yehova Imana yacu+, mwuname imbere y’intebe y’ibirenge vyiwe+;

      Ni mweranda+.

  • Zaburi 145:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 145 Nzogushira hejuru, ewe Mana yanje, wewe Mwami+,

      Kandi nzohezagira izina ryawe gushika igihe kitagira urugero, mbere ibihe bidahera+.

  • Abaheburayo 13:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Biciye kuri we, twame dushikanira Imana ikimazi c’ishemezo+, ni co camwa c’iminwa+ ishingira intahe icese izina ryayo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika