ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 37:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Ntibazomaramara mu gihe c’ivyago+,

      Kandi mu misi y’ikigoyi bazohaga+.

  • Zefaniya 3:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Kuri uwo musi ntuzomaramara kubera ibikorwa vyawe vyose wangabitanijeko+, kuko ico gihe nzokura hagati muri wewe abantu bawe bigina n’ubwibone n’akantu+; kandi ntuzopfa usubiye kugira ubwibone ku musozi wanje mweranda+.

  • Abaroma 5:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 kandi icizigiro ntigitetereza+; kuko urukundo rw’Imana+ rwasutswe mu mitima yacu+ biciye ku mpwemu nyeranda+ twahawe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika