1 Abami 6:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ico cumba c’ahitereye cari gifise uburebure bw’amatambwe mirongo ibiri, ubwaguke bw’amatambwe mirongo ibiri+, amahagarara yaco na yo akaba amatambwe mirongo ibiri; nuko atangura kugihomekako inzahabu itavanze+, no guhomeka ku gicaniro+ isederi. 2 Ngoma 3:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nuko akora inzu y’Aheranda Rwose*+: uburebure bwayo, ubwari buhuye n’ubwaguke bwa ya nzu, bwari amatambwe mirongo ibiri, ubwaguke bwayo na bwo bukaba amatambwe mirongo ibiri+; hanyuma ayomekako inzahabu nziza ingana n’italanto amajana atandatu.
20 Ico cumba c’ahitereye cari gifise uburebure bw’amatambwe mirongo ibiri, ubwaguke bw’amatambwe mirongo ibiri+, amahagarara yaco na yo akaba amatambwe mirongo ibiri; nuko atangura kugihomekako inzahabu itavanze+, no guhomeka ku gicaniro+ isederi.
8 Nuko akora inzu y’Aheranda Rwose*+: uburebure bwayo, ubwari buhuye n’ubwaguke bwa ya nzu, bwari amatambwe mirongo ibiri, ubwaguke bwayo na bwo bukaba amatambwe mirongo ibiri+; hanyuma ayomekako inzahabu nziza ingana n’italanto amajana atandatu.