Ezekiyeli 37:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 “‘“Kandi nzogirana na bo isezerano ry’amahoro+; isezerano ryamaho igihe kitagira urugero ni ryo rizoba kumwe na bo+. Kandi nzobashiraho, ndabagwize+, nshire aheranda hanje hagati yabo gushika igihe kitagira urugero+. 2 Abakorinto 6:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kandi urusengero rw’Imana ruhuza rute n’ibigirwamana+? Kuko turi urusengero+ rw’Imana nzima; nk’uko Imana yavuze iti: “Nzoba muri bo+ ngendere muri bo, kandi nzoba Imana yabo, na bo bazoba abantu banje+.”
26 “‘“Kandi nzogirana na bo isezerano ry’amahoro+; isezerano ryamaho igihe kitagira urugero ni ryo rizoba kumwe na bo+. Kandi nzobashiraho, ndabagwize+, nshire aheranda hanje hagati yabo gushika igihe kitagira urugero+.
16 Kandi urusengero rw’Imana ruhuza rute n’ibigirwamana+? Kuko turi urusengero+ rw’Imana nzima; nk’uko Imana yavuze iti: “Nzoba muri bo+ ngendere muri bo, kandi nzoba Imana yabo, na bo bazoba abantu banje+.”