Yeremiya 30:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Muri vyo hazova koko ugukenguruka, be n’ijwi ry’abatwenga+. Nzobagwiza, ntibazoba inkehwa+; nzobagira igifyo, ntibazoba abakengeretse+. Zakariya 8:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kandi ibibanza vya bose vy’ico gisagara bizokwuzura abahungu n’abakobwa bakinira mu bibanza vya bose vyaco+.’” Abaheburayo 6:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 iti: “Emwe, ari ukuguhezagira nzoguhezagira, no kukugwiza nzokugwiza+.”
19 Muri vyo hazova koko ugukenguruka, be n’ijwi ry’abatwenga+. Nzobagwiza, ntibazoba inkehwa+; nzobagira igifyo, ntibazoba abakengeretse+.
5 Kandi ibibanza vya bose vy’ico gisagara bizokwuzura abahungu n’abakobwa bakinira mu bibanza vya bose vyaco+.’”