ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezira 3:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Benshi mu baherezi+ n’Abalewi n’abakuru b’amazu ya ba sekuru+, abatama bari barabonye inzu ya kera+, bariko barira+ n’ijwi rirenga igihe hariko hashingwa umushinge+ w’iyo nzu mu maso yabo, mu gihe abandi benshi bariko bashira ijwi hejuru basemerera kubera akanyamuneza+.

  • Nehemiya 8:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Gutyo ishengero ryose ry’abari baragarutse bavuye mu bunyagano, bubaka insago maze baba muri zo; kuko bene Isirayeli batari barakoze gutyo kuva mu misi ya Yosuwa mwene Nuni+ gushika uwo musi, ku buryo haba umunezero mwinshi cane+.

  • Yesaya 35:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Kandi abacunguwe na Yehova bazogaruka+ baze koko i Siyoni n’akamo k’umunezero+; kandi umunezero wo gushika igihe kitagira urugero uzoba ku mutwe wabo+. Bazoshikira umwigino n’umunezero, kandi intuntu n’ukuniha bizohunga+.

  • Yesaya 51:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Maze abacunguwe ba Yehova bazogaruka, bashike i Siyoni n’akamo k’umunezero+, kandi umunezero wo gushika igihe kitagira urugero uzoba ku mutwe wabo+. Bazoshikira umwigino n’umunezero+. Intuntu n’umuniho ntibizobura guhunga+.

  • Yeremiya 31:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Nzosubira kukwubaka, nawe usubire kwubakwa koko+, ewe mwigeme w’isugi wa Isirayeli! Uzosubira kwisharizisha utugoma twawe, usohoke koko mu ntambo y’abatwenga+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika