Ezekiyeli 40:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nya mugabo atangura kumbwira ati: “Mwana w’umuntu+, rabisha amaso yawe, wumvishe amatwi yawe, kandi ushire umutima ku vyo ngira nkwereke vyose, kuko icatumye uzanwa ng’aha ari ukugira ngo ndakwereke. Ivyo ubona vyose ubibwire inzu ya Isirayeli+.”
4 Nya mugabo atangura kumbwira ati: “Mwana w’umuntu+, rabisha amaso yawe, wumvishe amatwi yawe, kandi ushire umutima ku vyo ngira nkwereke vyose, kuko icatumye uzanwa ng’aha ari ukugira ngo ndakwereke. Ivyo ubona vyose ubibwire inzu ya Isirayeli+.”