Ezekiyeli 16:63 Bibiliya y’isi nshasha 63 kugira ngo wibuke, umaramare vy’ukuri+, ntiwongere kugira imvo n’imwe yo guteranura akanwa+ kubera uguteterwa kwawe, ninagutangira impongano*+ ku vyo wakoze vyose,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.” Abaroma 6:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 None icamwa+ mwari mufise ico gihe cari igiki? Vyari ibintu+ ubu bibatera isoni. Kuko iherezo ry’ivyo ari urupfu+.
63 kugira ngo wibuke, umaramare vy’ukuri+, ntiwongere kugira imvo n’imwe yo guteranura akanwa+ kubera uguteterwa kwawe, ninagutangira impongano*+ ku vyo wakoze vyose,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.”
21 None icamwa+ mwari mufise ico gihe cari igiki? Vyari ibintu+ ubu bibatera isoni. Kuko iherezo ry’ivyo ari urupfu+.