ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 44:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Maze Yehova ambwira ati: “Mwana w’umuntu, shirako umutima+ uboneshe amaso yawe, wumvishe amatwi yawe ivyo ngira nkubwire vyose ku bijanye n’ivyagezwe vyose vy’inzu ya Yehova no ku bijanye n’amategeko yayo yose, kandi ushire umutima ku rwinjiriro rw’iyo Nzu hamwe n’imiryango isohoka yose y’aheranda.

  • Abaheburayo 8:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 mugabo nya bantu bakaba bakora igikorwa ceranda bwa kigereranyo+ n’igitutu+ c’ibintu vyo mw’ijuru; nk’uko Musa igihe yagira yubake ihema+ gushika rirangiye, yahawe itegeko ry’Imana+: Kuko ivuga iti: “Urabe neza ukore vyose wisunze icitegererezo cavyo weretswe ku musozi+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika