ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 32:46
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 46 abandanya kubabwira ati: “Mushire imitima yanyu ku majambo yose ndababwiye ndababurira uno musi+, kugira mutegeke abana banyu kwitwararika gushitsa amajambo yose y’iri tegeko+.

  • 2 Ngoma 11:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Nuko bakurikirwa n’abantu bavuye mu miryango yose ya Isirayeli bari bashize umutima wabo ku kurondera Yehova Imana ya Isirayeli; abo bantu baza i Yeruzalemu+ gushikanira ibimazi+ Yehova Imana ya ba sekuruza.

  • Imigani 24:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Nuko nditegereza, jewe ubwanje; ndabishira ku mutima+; ndabona, ntora iyi ndero+:

  • Ezekiyeli 40:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Nya mugabo atangura kumbwira ati: “Mwana w’umuntu+, rabisha amaso yawe, wumvishe amatwi yawe, kandi ushire umutima ku vyo ngira nkwereke vyose, kuko icatumye uzanwa ng’aha ari ukugira ngo ndakwereke. Ivyo ubona vyose ubibwire inzu ya Isirayeli+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika