ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 22:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 “Barira Aroni n’abahungu biwe, bagume bitandukanije n’ibintu vyeranda vya bene Isirayeli, ntibahumanye izina ryanje ryeranda+ mu bintu bariko bereza jewe+. Ndi Yehova.

  • Guharura 18:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Kandi baze bashitse ico babwirizwa kunkorera n’ico babwirizwa gukorera ihema ryose+. Gusa ntibaze begere ibikoresho vy’ahantu heranda n’igicaniro kugira ngo boye gupfa+, baba bo canke mwebwe.

  • Ivyakozwe 7:53
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 53 mwebwe abaronse Itegeko nk’uko ryashikirijwe n’abamarayika+ mugabo mukaba mutarigumije.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika