ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 50:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Mugabo umubisha, Imana ntizobura kumubwira+ iti:

      “Ni uburenganzira ki ufise bwo kudondagura ingingo nyobozi zanje+,

      Ngo utware isezerano ryanje mu kanwa kawe+?

  • Yoweli 3:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Kandi muzobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova Imana yanyu+, umwe aba i Siyoni wa musozi wanje mweranda+. Kandi Yeruzalemu hategerezwa gucika ahantu heranda+; nayo ab’ahandi, ntibazokwongera kuhaca+.

  • Zakariya 14:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Emwe, inkono yose y’umunwa munini iri i Yeruzalemu no muri Yuda izoba ikintu ceranda ca Yehova nyen’ingabo, kandi abashikana ibimazi bose bazoza bazitore, maze bazitekemwo+. Kuri uwo musi, nta Munyakanani+ azoba akigera mu nzu ya Yehova nyen’ingabo+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika