Guharura 18:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kandi baze bashitse ico babwirizwa kunkorera n’ico babwirizwa gukorera ihema ryose+. Gusa ntibaze begere ibikoresho vy’ahantu heranda n’igicaniro kugira ngo boye gupfa+, baba bo canke mwebwe. 2 Abami 23:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ariko abaherezi+ b’ibibanza bikirurutse ntibari bakiduga ku gicaniro ca Yehova i Yeruzalemu, mugabo bararya udutsima tutarimwo umwambiro+ muri bene wabo.
3 Kandi baze bashitse ico babwirizwa kunkorera n’ico babwirizwa gukorera ihema ryose+. Gusa ntibaze begere ibikoresho vy’ahantu heranda n’igicaniro kugira ngo boye gupfa+, baba bo canke mwebwe.
9 Ariko abaherezi+ b’ibibanza bikirurutse ntibari bakiduga ku gicaniro ca Yehova i Yeruzalemu, mugabo bararya udutsima tutarimwo umwambiro+ muri bene wabo.