ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 22:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 “Kandi mukwiye kuba abantu beranda kuri jewe+; ntimuze murire mw’ishamba inyama y’icatabaguwe n’igikoko+. Muze mugiterere imbwa+.

  • Abalewi 22:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Ntakwiye no kurya umuvyimba n’umwe w’icamaze gupfa canke ikintu na kimwe catabaguwe n’ibikoko ngo bimuhumanye+. Ndi Yehova.

  • Gusubira mu vyagezwe 14:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 “Ntimuze murye umuvyimba n’umwe w’icamaze gupfa+. Ushobora kuwuha kavamahanga ari mu marembo yawe, awurye; canke ushobora kugurishwa ku munyamahanga, kuko wewe uri igisata ceranda kuri Yehova Imana yawe.

      “Ntugateke umwagazi w’impene mu mata ya nyina+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika