ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 22:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Nimushitse ubutungane n’ubugororotsi, kandi murokore uwamburwa mumukure mu kuboko kw’uwugunga; ntimufate nabi kavamahanga, impfuvyi* canke umupfakazi+. Ntimubagirire ivy’ubukazi+. Ntimusese aha hantu amaraso y’intungane+.

  • Mika 6:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Yaraguhishuriye iciza ico ari co+, ewe muntu yakuwe mw’ivu! None hari ikindi Yehova agusaba atari ugukurikiza ubutungane+ no gukunda ubuntu+ no kugendana n’Imana yawe+ wifashe ruto+?

  • Zakariya 8:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 “‘Ibi ni vyo mukwiye gukora+: Muvugane ukuri+. Mucire imanza mu marembo yanyu mu kuri kandi muce imanza z’amahoro+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika