Yosuwa 13:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 n’igihugu c’Abagebali+ na Libani yose amaja iyo izuba rirasira, kuva i Bayali-gadi+ ku mucamo w’umusozi Herumoni gushika ku bwinjiriro bwa Hamati+; Ezekiyeli 48:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Ku rubibe rwa Gadi, ugana ku mupaka wo mu bumanuko, hazoraba mu bumanuko; urubibe ruze ruve i Tamari+ rushike ku mazi y’i Meribati-kadeshi+, ugana ku mwonga+, gushika kuri ca Kiyaga Kinini+.
5 n’igihugu c’Abagebali+ na Libani yose amaja iyo izuba rirasira, kuva i Bayali-gadi+ ku mucamo w’umusozi Herumoni gushika ku bwinjiriro bwa Hamati+;
28 Ku rubibe rwa Gadi, ugana ku mupaka wo mu bumanuko, hazoraba mu bumanuko; urubibe ruze ruve i Tamari+ rushike ku mazi y’i Meribati-kadeshi+, ugana ku mwonga+, gushika kuri ca Kiyaga Kinini+.