Itanguriro 30:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Maze Leya avuga ati: “Ndahiriwe! Kuko abakobwa batazobura kunyita umuhirwe+.” Amwita rero Asheri+. Yosuwa 19:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Maze ubupfindo+ bugira gatanu busohoka ku bw’umuryango wa bene Asheri+ hakurikijwe imiryango yabo.
13 Maze Leya avuga ati: “Ndahiriwe! Kuko abakobwa batazobura kunyita umuhirwe+.” Amwita rero Asheri+.
24 Maze ubupfindo+ bugira gatanu busohoka ku bw’umuryango wa bene Asheri+ hakurikijwe imiryango yabo.