-
Ezekiyeli 45:7Bibiliya y’isi nshasha
-
-
7 “‘Umukuru na we, azogira ico aronse ku ruhande rwo mu burengero amaja mu burengero, no ku ruhande rwo mu buseruko amaja mu buseruko, hino no hirya ya ya ntererano nyeranda+ na hamwe hegukira igisagara, iruhande ya nya ntererano nyeranda n’iruhande ya hamwe hegukira igisagara. Uburebure buzoba neza na neza nk’ubw’umwe mu mituri izotangwa, uhereye ku rubibe rwo mu burengero ugashika ku rubibe rwo mu buseruko+.
-