ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 2:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Nuko ntangura kubona, maze ngize ntya, mbona ukuboko kuramvuye kuza iyo ndi+, kandi ngize ntya, mbona muri kwo hari umuzingo w’igitabu+.

  • Daniyeli 5:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Ako kanya haseruka intoke z’ukuboko kw’umuntu, zandika imbere y’igitereko c’amatara, kw’iripu y’uruhome rw’ikirimba c’umwami+, umwami abona umugongo wa nya kuboko kwariko kurandika.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika