Ezekiyeli 1:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Hejuru y’ico kirere cari hejuru y’umutwe wavyo hari ikintu gisa n’ishusho y’ibuye rya safiro+, kimeze nk’intebe y’ubwami+. Kandi hejuru, kuri nya kintu kimeze nk’intebe y’ubwami hari uwufise ishusho nk’iy’umuntu yakuwe mw’ivu+. Ivyahishuwe 4:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kandi uwari yicaye, uravye ishusho yiwe+, yasa n’ibuye ryitwa yasipi+ be n’ibuye ry’agaciro ry’ibara ritukura, hirya no hino ya nya ntebe na ho hakaba umunywamazi+ usa n’ibuye ry’agaciro ryitwa emerode+.
26 Hejuru y’ico kirere cari hejuru y’umutwe wavyo hari ikintu gisa n’ishusho y’ibuye rya safiro+, kimeze nk’intebe y’ubwami+. Kandi hejuru, kuri nya kintu kimeze nk’intebe y’ubwami hari uwufise ishusho nk’iy’umuntu yakuwe mw’ivu+.
3 Kandi uwari yicaye, uravye ishusho yiwe+, yasa n’ibuye ryitwa yasipi+ be n’ibuye ry’agaciro ry’ibara ritukura, hirya no hino ya nya ntebe na ho hakaba umunywamazi+ usa n’ibuye ry’agaciro ryitwa emerode+.