ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 10:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Nuko ubuninahazwa bwa Yehova+ butangura kuduga buvuye kuri nya bakerubi buja ku rwinjiriro rw’inzu, maze nya nzu irahava yuzura igicu+, kandi ikigo ubwaco cari cuzuye ukwakaka kw’ubuninahazwa bwa Yehova.

  • Ezekiyeli 11:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Nuko ubuninahazwa bwa Yehova+ buraduga buvuye hejuru yo hagati mu gisagara, buhagarara hejuru y’umusozi+ uri mu buseruko bw’igisagara+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika