Abalewi 26:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 bigatuma nanje ngenda ndabarwanya+, nkabwirizwa kubazana mu gihugu c’abansi babo+. “‘Kumbure ico gihe imitima yabo itagenyerewe+ izocishwa bugufi+, kandi ico gihe bazokwishura ikosa ryabo.
41 bigatuma nanje ngenda ndabarwanya+, nkabwirizwa kubazana mu gihugu c’abansi babo+. “‘Kumbure ico gihe imitima yabo itagenyerewe+ izocishwa bugufi+, kandi ico gihe bazokwishura ikosa ryabo.