Ezekiyeli 5:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Ehe ngira nkurwanye, wa gisagara, emwe, jewe nyene+, kandi nzoshitsa hagati muri wewe ingingo z’ubutungane mu maso y’amahanga+.
8 ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Ehe ngira nkurwanye, wa gisagara, emwe, jewe nyene+, kandi nzoshitsa hagati muri wewe ingingo z’ubutungane mu maso y’amahanga+.