ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 14:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Mugabo, ehe ntihazobura gusigara muri co umugwi w’abacitse kw’icumu, abasohorwa muri co+. Abahungu n’abakobwa, ehe ng’aba! Basohoka baza aho muri, kandi muzobwirizwa kubona inzira yabo be n’ivyo bakora+. Kandi ntimuzobura guhozwa ku bijanye n’icago nzoba nateje Yeruzalemu, mbere ivyo nzoba nahateje vyose.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika