Yesaya 65:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 abavuga ngo: ‘Guma aho uri. Ntunyegēre, kuko ntabura kukwandukiza ubweranda+.’ Abo ni umwotsi mu mazuru yanje+, umuriro waka bukarinda bwira+. Zefaniya 3:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuri uwo musi ntuzomaramara kubera ibikorwa vyawe vyose wangabitanijeko+, kuko ico gihe nzokura hagati muri wewe abantu bawe bigina n’ubwibone n’akantu+; kandi ntuzopfa usubiye kugira ubwibone ku musozi wanje mweranda+.
5 abavuga ngo: ‘Guma aho uri. Ntunyegēre, kuko ntabura kukwandukiza ubweranda+.’ Abo ni umwotsi mu mazuru yanje+, umuriro waka bukarinda bwira+.
11 Kuri uwo musi ntuzomaramara kubera ibikorwa vyawe vyose wangabitanijeko+, kuko ico gihe nzokura hagati muri wewe abantu bawe bigina n’ubwibone n’akantu+; kandi ntuzopfa usubiye kugira ubwibone ku musozi wanje mweranda+.