Zaburi 62:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 N’ubuntu bwuzuye urukundo ni rwawe, ewe Yehova+,Kuko wewe ubwawe wishura umwe wese ibihuye n’igikorwa ciwe+. Yesaya 3:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Aragowe umubisha!—Ivyago bari kumwe; kuko ivyo amaboko yiwe yagiriye abandi ari vyo azogirirwa+! Abaroma 2:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kandi izokwishura umwe wese nk’uko ibikorwa vyiwe biri+: Abagalatiya 6:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ntimuzimire+: Imana ntihemwa+. Kuko ico umuntu abiba cose ari co nyene azokwimbura+;
12 N’ubuntu bwuzuye urukundo ni rwawe, ewe Yehova+,Kuko wewe ubwawe wishura umwe wese ibihuye n’igikorwa ciwe+.